Ikiganiro c' Imvo n'Imvano co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 7 ukwezi kwa kabiri mu 2026 giha ikaze muri studio za BBC i Nairobi Chris Ndikumana – yamenyekanye cane mu butumwa bwitwa Kanguka ...
Mbaramukanyije amahoro mwese muteze amatwi Imvo n'Imvano yo kuri uyu wa gatandatu tariki 18 y'ukwa 10 mu 2025. Nkuko nabibemereye ubushize, uyu munsi turakomeza ikiganiro twagiranye na Antoine Marie ...