Insiguro y'isanamu, Umukuru w'igihugu c'uburundi asaba ko umutima wo gukunda igihugu woshigikizwa ibikorwa vy'iterambere n'aho ngo hakiri ibigoranye. Yatangajwe 30 Ukwa gatandatu 2016 Umukuru ...
Inama nshingamateka yaraye yemeje integuro y'itegeko rivuga ko Petero Nkurunziza agiye kwitwa Imboneza yamaho yo kuzirikana gukunda no gukundisha igihugu mu nama y'ejo yaranzwe n'impari zikomeye.