Hirya no hino kw'isi, hakomeje kuboneka abagore batari bake bagaragaza intango nshasha y’ubuzima bwabo inyuma yo kwahukana, ...
Lowri Denman yatanguye gutahura ko hari ikintu kitagenda neza mu buzima bwiwe igihe yabona inzoka yo mu nda yo mu bwoko bwa ...
Perezida wa Ukraine Volodymyr Zelensky avuga ko aharashwe ari igikorwa-remezo cy'ingenzi "gitanga amafaranga y'intambara ...
Ese wakwemera kureba imikino 104 uri mu cyumba cy'ibirahure kiri mu gace ka Times Square mu mujyi wa New York?
Mugihe ufite ibi bimenyesho by'indwara y'impyiko byaba byiza usuye muganga kuko bishobora kurokora ubuziima bwawe.
Amerika ivuga ko itazemerera udutsiko kungukira mu bucuruzi bw'amabuye y'agaciro bunyuranyije n'amategeko no guteza umutekano ...
Sir Keir Starmer ni we Minisitiri w'intebe w'Ubwongereza wa gatandatu weguye mu myaka 10 ishize. Umunyamakuru wa BBC Rob ...
Nta nsiguro y'icese gushika ubu iratangwa y'imvo y'ico gikorwa canke ishingiro ry'amategeko ryo kwugara ivyo binyamakuru.
Umubyeyi warokowe avanywe mu matongo y'inzu ye yasenyutse muri Venezuela ari kumwe n'umwana we w'iminsi 18, yabwiye BBC uko uwo mwana yamufashije gukomeza kubaho. Dayana Patino yavuze ko umwana we ...
Amakuru yo hirya no hino yibanda cyane cyane ku karere k'ibiyaga bigari muri Afrika, n'amakuru mpuzamakungu. Amakuru yo hirya no hino yibanda cyane cyane ku karere k'ibiyaga bigari muri Afrika, ...